Évangéliser les aréopages contemporains

Accueil » Parole de Dieu (en Kirundi) (Page 50)

Archives de Catégorie: Parole de Dieu (en Kirundi)

Idominika ya 2 ya Pasika. Umwaka A

IGISOMWA CA MBERE

Ivyo dusoma mu gitabu c’Ibikorwa vy’Abatumwa (2, 42-47)

Abari basangiye ukwemera bari basangiye n’itunga

Abigishwa barashishikara cane mu vyo kwigishwa n’Abatumwa n’ukugira ubumwe, mu vyo kumanyura umukate no gusenga. Kandi, ibitangaro n’ibimenyetso vyinshi bikagirwa n’Abatumwa. Bitayeko, abari basangiye ukwemera bari basangiye n’itunga: baramuka baguze ivyo batunze canke ivyimburwa, bagasabikanya ikiguzi, umwe umwe akaronka ivyo akeneye.
Bama mw’isengero imisi n’iyindi, kandi (suite…)

Le Christ ressuscité est la manifestation de la plénitude de la miséricorde de Dieu.


Le désir de Dieu de voir l’homme libre traverse toutes les difficultés de l’histoire de l’humanité et triomphe en cette nuit de la veillée pascale. En Jésus-Christ, l’homme retrouve l’image de Dieu qu’il avait perdue en cédant aux séductions du « serpent », l’image perdue à cause de l’infidélité du peuple d’Israël et de nous-mêmes quant à nos engagements baptismaux et autres, ou bien quand il cède aux faux ordres des puissants (ceux qui peuvent nous promettre ceci ou cela pourvu que nous collaborions aux sales besognes). A travers le tombeau vide, nous voyons la misère de l’homme (suite…)

Umusi Mukuru wa Pasika.

Umusi mukuru cane

IGISOMWA CA MBERE

Ivyo dusoma mu gitabu c’Ibikorwa vy’Abatumwa (10, 34a. 37-43)

Twebwe twarafunguye turanywa hamwe na We amaze kuzuka mu bapfuye

Petero ngo ashike i Sezareya kwa Koroneliyo, asama ijambo ati: «Murazi neza ivyabaye mu Buyuda bwose, uhereye mu Bugalile kuva muri ca gihe Yohani yigisha ibatisimu. Murazi ingene Yezu w’i Nazareti yaronse Mutima Mweranda be n’inganji y’Imana, hanyuma akagendura igihugu cose agira neza aho aciye hose, abohora abari mu ngoyi za Shetani; kanatsinda yari yuzuye Imana. Twebwe rero, turi ivyabona vy’ivyo yakoze vyose mu ntara y’Abayuda be n’i Yeruzalemu.
Ni We bahavuye bica, bamumanika ku giti c’umusaraba. Ariko Imana yaramuzuye ku musi ugira gatatu, (suite…)