Évangéliser les aréopages contemporains

Accueil » Parole de Dieu (en Kirundi) » Temps Pascal (Page 10)

Archives de Catégorie: Temps Pascal

Indwi ya 3 ya Pasika, Umwaka A

IGISOMWA CA MBERE

Ivyo dusoma mu gitabu c’Ibikorwa vy’Abatumwa : 2, 14. 22-33

(Ntivyari gushoboka yuko urupfu rumutsinda)

Ku musi wa Pentekoti, Petero arahaguruka ahagatiwe na bamwe Cumi n’umwe, atereza ijwi ati : « Yemwe Bayahudi namwe mwese muba ngaha i Yeruzalemu, tege amatwi aya majambo kandi muyategere. Yezu w’i Nazareti yaratewe iteka n’Imana imbere yanyu, mu kumuha ububasha bw’ugukora ibitangaro izuba ryaka, nk’uko namwe nyene mwavyiboneye. Mwaramufashe muramwicisha, mumubamba ku musaraba, mumuta mu minwe y’abansi, nk’uko Imana yari yabitegekanije. Noneho Imana (suite…)

Idominika ya 2 ya Pasika. Umwaka A

IGISOMWA CA MBERE

Ivyo dusoma mu gitabu c’Ibikorwa vy’Abatumwa (2, 42-47)

Abari basangiye ukwemera bari basangiye n’itunga

Abigishwa barashishikara cane mu vyo kwigishwa n’Abatumwa n’ukugira ubumwe, mu vyo kumanyura umukate no gusenga. Kandi, ibitangaro n’ibimenyetso vyinshi bikagirwa n’Abatumwa. Bitayeko, abari basangiye ukwemera bari basangiye n’itunga: baramuka baguze ivyo batunze canke ivyimburwa, bagasabikanya ikiguzi, umwe umwe akaronka ivyo akeneye.
Bama mw’isengero imisi n’iyindi, kandi (suite…)

Le Christ ressuscité est la manifestation de la plénitude de la miséricorde de Dieu.


Le désir de Dieu de voir l’homme libre traverse toutes les difficultés de l’histoire de l’humanité et triomphe en cette nuit de la veillée pascale. En Jésus-Christ, l’homme retrouve l’image de Dieu qu’il avait perdue en cédant aux séductions du « serpent », l’image perdue à cause de l’infidélité du peuple d’Israël et de nous-mêmes quant à nos engagements baptismaux et autres, ou bien quand il cède aux faux ordres des puissants (ceux qui peuvent nous promettre ceci ou cela pourvu que nous collaborions aux sales besognes). A travers le tombeau vide, nous voyons la misère de l’homme (suite…)