Évangéliser les aréopages contemporains

Accueil » Posts tagged 'Namugongo'

Archives de Tag: Namugongo

ABERANDA KAROLI LWANGA NA BAGENZIWE BAPFIRIYE IMANA (mu Bugândá)

Namugongo.pjgCharles LwangaMenya neza:
Inama y’Abepiskopi Gatorika b’Uburundi n’Urwanda (ACOREB) bahisemwo guhimbaza Umusi mukuru wa Karoli Lwanga na bagenzi be, Abamaratiri b’i Buganda, (usanzwe uhimbazwa ku wa 3 Ruheshi) ku musi w’Imana wa mbere ukurikira Imisi Mikuru y’inyuma ya Pentekoti, iyo ata wundi musi mukuru uhari.
Mu Burundi rero ejo bazohimbaza Abamaratiri b’i Buganda nk’Umusi Mukuru cane.

IGISOMWA CA MBERE

Ivyo dusoma mu gitabu ca kabiri c’Abamakabe(7, 1-2. 9-14)

Ha kurenga ku mabwirizwa ya ba Sokuru, twopfuma dupfa

Umusi umwe, abavukana indwi bafatwa kumwe na nyina wabo ; umwami Antiyokiya yashaka kubahatira ku nyama z’ingurube itegeko ribuza, abagomorerako ababakubita inkoni n’ibiboko. Umwe muri bo arabaserukira ati : « Mbe ushaka kutubaza iki ? Ha kurenga ku mabwirizwa ya ba data, twopfuma dupfa. » Uwa kabiri na we, mu gihe yariko aracikana, avuga ati : « Wa mugesera we, udukuye muri ubu buzima bw’ubu, (suite…)