Évangéliser les aréopages contemporains

Accueil » Vivons en Eglise (Page 37)

Archives de Catégorie: Vivons en Eglise

UMWIHERERO W’ABIHEBEY’IMANA BABA I ROMA : IKAREMA 2014(15 mars).

Homélie (Abbé Pacifique)

Homélie (Abbé Pacifique)

Abasaserdoti, Abihay’Imana, Abaseminari b’Abarundi baba i Roma barahwanye mu mapfungo y’ukwitegurira Pasika y’2014. Uwo mwiherero wagirishijwe na Patiri Pasifiko NTAHONICAYE, avuka muri Diyoseze ya Muyinga, akaba yiga muri Université Pontificale Grégorienne. Abo Barundi bwahwaniye muri Institut Pontificale de Spiritualité (Teresianum) i Roma, isanzwe itunganywa n’Abapatiri b’Abalarmelite. Muri make, ng’iyi inyigisho yashikirije abari aho.

IJAMBO NSHIMIKIRO: “Umusi washitse kandi ubwami bw’Imana buri hafi igarure kandi wemere Inkuru Nziza”.(Mariko 1,15).

I.Ikarema ni iki?

– Ni igihe kitwibutsa imyaka 40 igihugu c’Israeli camaze mu bugaragwa kiri mu rugendo kigana igihugu c’isezerano. Bamaze ico gihe bitegurira kuba igihugu c’Imana,  igihe kitaboroheye kuko baguma bahemuka kw’isezerano ry’Imana.

-Kitwibutsa kandi imisi 40 umuhanuzi Elia yamaze kugira ashikire umusozi w’Umukama;Horeb.

-Kiratwibutsa kandi imisi 40 Yezu Kristu yamaze mu bugaragwa yitegurira gutangura icese ubutumwa bwiwe maze akageragezwana shetani.

Ubugaragwa: ni ikibanza c’agacerere, c’ubukene, nta bintu bihari bishobora gufasha umuntu, nta mazi nta ndya, nta binyobwa, nta buraro, ni mu gahinga ka nyaga na nde, ni ikibanza umuntu ashobora gupfiramwo, umuntu ari wenyene(Lc4,1-13).

ConsécrationII.GUHINDUKA NI IKI?

Mu kirundi tuvuze ngo naka yarahindutse turabitegera: Bivanye n’ingene tuba tumuzi tuzi n’ubuzima bwiwe bw’akahise kiwe turameya ico tuvuze: tumuheruka yari umuntu mwiza(ku mutima canke ku mubiri)aba yabaye mubi canke yari mubi yabaye mwiza: mu kurundi novugako guhinduka ari kuba uwundi atandukanye n’uwo wahora uri. Aha tuvuze guhinduka ni guheba inabi tugakora ineza.

Muri iki gihe c’ikarema duhamagariwe kwikebuka turabe iyo tuvuye aho turi n’iyo tuja duheze tugire inama twigiriye.

Kuva na kera Imana yamye ihamagarira umuntu guhinduka haba mu bwuzure bwa kera canke bushasha.  Kubera iki ? kuko guhinduka bishikana ku buzima n’ubuhirwe kwanka guhinduka nakwo kuguma mu nabi bishikana ku rupfu n’amagorwa.

Utur: -Dt 30,15-20: Raba uno musi nshize imbere yawe ubuzima n’iciza,urupfu n’ikibi, ico ngutegetse uyu musi nigukunda Imana yawe , guca mu nzira zayo, kurangura amabwiriza yayo. Gurtyo uzobaho imana iguhezagire. Utaranguye amabwirizwa yayo ni wasenga izindi mana ukazikorera ndabikubwiye uyu umusi icese , izuba riva uzopfa.

-Ez 18,30-32: ni muhinduke kugirango mubeho, ni mugaruke muhebe ibibi ntimuhave muhona, mutikira muryango wa Israeli. Imana iti: “sinezerwa n’urupfu rw’umucumuzi. Imana iraba ibikorwa umwemwe wese yakoze.

-Mt 18,1-4: Umukuru mu Bwami Bw’ijuru ni nde? Yezu ati: mudahindutse ngo mumere nk’akana gato ntimuzokwinjira mu bwami bw’ijuru. Kubera iki? Umwana nta kabi kiwe, araziko ataco yokwimarira  avuye ku muvyeyi, abayeho kubera abavyeyi ni inda nsa, abana ni aberanda ego ni ego oya ni oya iciza ni iciza ntavyo guta umwanya yibaza vyinshi(ehe raba umupadiri umwe yabwiye akana gatoya kagakobwa ati nagira nkubwire ko ngukunda cane amwongorera aca amubaza ati uravyemeye nawe ati: pati ndavyemeye nyene  mbere najewe nagira nkubwireko ndagukunda cane, aca aza kubwira ayo majambo umwigeme akuze w’inkumi nawe aca arasimba abanza kumubaza ngo amusigurire neza kuki none yiyumviriye iki? Aragwaye!).

-Lc 13,1-5: Ndabibabwiye mudahindutse muzohona mwese. Abo banyagarire mugira ngo bari bacumuye kuruta abandi?

Twihweze uturore 2 tw’abahindutse kubera bemeye kwakira ijambo ry’Imana,kwakira Y-K.

a)Ac 8,25-39 Ihinduka ry’umukuru yakorera umwamikaze wa Ethiopiya (yari ashinzwe itunga ryiwe ryose). Yari avuye gusenga yaremera ariko hariho aho atari bwashike, hariho inyota yagumana, ivyo asoma ntanabitegera arakeneye uwumusigurira. Araheza yinginga Filipo, ari n’inyota(kwinginga, guhoboba,gutakambira,kugobera). Amaze gusigurirwa yarahimbawe aremera mbere aca abwira Firipo ati: none ko tubonye amazi icombuza kubatizwa ni ik? Ahejeje kubatizwa ngo yaciye ashishishikara urugendo yuzuye urweze.

Tumenyeko yari umuntu ahambaye yaba aho basenga ibimana mu nyuma yumvisekohari Imana imwe abanyisraeli basenga i Yeluzalemu  yihereje akayira aja muri ico gisagara gusenga iyo Mana. Yafashe ingingo agenda ari umwe, kubera iyo nyota, kurondera akarusho,  akarusho Imana zomuri Etiyopiya zitigeze zimuha kandi yarabonyeko zidashoye kumushikira ku nyota yiwe. Yari avuye gusenga n’amabwirizwa yari ayazi ariko ntiyari bwamenye Yezu kristu. Asomye Is 53 ntategereye ariko Umukama amurungikiye Filipo ngo amusigurire. Amenye Yezu aciye yemere, arabatizwa arahinduka. Umupagani-umuyahudi-umukristu. Yinjiye mu buzima bushasha, avutse ubwa kabiri,  yarazi A.T amenye N.T.

b)Ac 9,1-17: Uguhinduka kwa Sauli.

Turaziko Sauli yemera Imana ariko nawe nyene yari akiri kure ya Yezu yari umuyahudi zelé, i Damas nta kindi cari kimujanye yaragiye guhama no gutoteza abakristu, we  n’abo bari kumwe yabonako ko ari akarwi k’abantu batanguje akadini bitwa abakristu b’abagumutsi muri ico gisagara ca Siriya(mu guhama abakristu mbere we yibazo anezera Imana ariko arayirwanira)  mw’idini yarimwo yariyumva yava no  mu muryango wubashwe wa Benyamini.  Ari mu nzira irora i Damas Umukama yaramubonekeye. V.4 Sauli, Sauli umpamira iki ? V.5 Arishura ati: uri nde ga Mukama? Umukama ati: ndi Yezu uriko urahama. Sauli ati: none nkore iki? Umukama ati: Genda i Damas bazokubwira ivyo uzokora. Yamaze imisi itatu mu nzu ahumye (umwanya wo guhinduka). Ananania niwe Imana yamurungikiye, maze aragenda ,ashitse mu nzu agaranzurira ibiganza kuri Sauli avuga ati: “Sauli mwenewacu , Umukama Yezu umwe yakubonekera mu nzira aho waza , yandungitse ngo ubone kandi uhabwe Mutima Mweranda”. Buno nyene homoroka utuntu ku maso yiwe aca arabona. Ava hasi arabatizwa amaze kurya aca arakomera. Sauli amaze gukira ubuhumyi aciye ahinduka, aca arabatizwa. Ahindutse kuko yajijutseko Yezu ariwe mukiza, ubuzima bwiwe bubaye ubundi. Dusomye amajambo yiwe mu makete yiwe mu nyigisho ziwe zakurikiye turabonako yabaye uwundi vy’ukuri. Niwe ashinga intahe ati: Ivyo nahora mbonamwo akunguko ubu ndabibona nk’umucafu, nk’umwavu, umwaku, ivyamunezera akiri kure ya Yezu agihumye atarahumuka amaze kubona, gukanura ubu abona ko ivyo yabonamwo akunguko vyari umwanda nkuwo. Niwe abandanya ashinga intahe ati: “Iri jambo ni iryo kwemera kandi rirakwiye kwakirwa ata nkomanzi : Kristu yezu yazanywe kw’isi n’ugukiza abanyabicumuro, nkaba uwa mbere muri bo”( 1Tm1,15). Amaze kubatizwa no gukizwa muri M-Mwer. yaciye aba umutumwa w’Umukama.

-Tweho gute?(tumurikiwe n’ubwo burorero 2) Mbega wewe,( jewe )ivyo usoma urabitegera? Urarondera kubitegera nk’urya mukuru yakorera umwamikazi wa Ethiopiya? Ubitegereye uravyemera? Uvyemeye urabishira mu ngiro? Ko yafashe ingingo akava mu bandi aja kurondera Imana yo soko ry’ubuhirwe wewe urafata ingingo yokuva mu bandi ubwo ntugira nk’abandi? bavyita kwishinga agakuku. Nka Sauli ubwo weho nta buhumyi woba ufise? Twese twemera ko tubona. Erega ntawutabona n’impumyi irabona(ak. Impumyi z’i Gitega zivuga ngo urabona frati…aba ariko arakwereka wibaza ngo urabona iragusumya kubona!) ariko ibona iki? Ivyo ibona bigarukira he?

Bibiriya iratwereka uwakiriye ijambo ry’Imanarikamushika rikamunyura: yemerako Y-K ari ukuri , akarondera kumumenya, amumenye bakanywana, akamubera umuco n’icirore yirabamwo gurtyo akabona ubwambure bwiwe, akabugaya, akinegura, akicuza avuga ati: ibi ni jewe nyene nabikoze? Vyamariye iki? Vyanshikanye hehe? Agaheza agafata ingingo yo kwisubirako. Akishira mu minwe y’Imana akayubaha: ni kwo guhinduka, kugaruka ku Mana n’umutima wacu wose, tukakira ikigongwe c’Imana n’ubuzima bw’ubuhirwe buhoraho, budahera.

III.Guhinduka bidushikana hehe?

Uguhinduka kidushikana ku Mana

Uguhinduka kidushikana mu kunywana n’ Imana

Twaremewe ubuhirwe,kubera iki nemera inkuru nziza? Ntayemeye mba iki? Mpomba iki? Umuntu aba umuntu nyawe iyo yubaha Imana agakunda abantu n’Imana; ngaho ahahagaze ubugabo bw’umuntu. Mpora mbona canke numva abantu bavugako baranyaye ariko utemera Imana unyara gushitsa hehe? Imana niyo inyaye, ufashijwe nayo nawe ubu umuntu anyaye. Abo tuzi bavuga ngo barakakaye kuri ino si batubaha Imana n’abantu ariko hageze kuyivako bagiye nk’utunyegeri bangana iki? Murabazi no kurupfu rwabo baruswe na nyumba kumi( Sadam, Mubutu, Kadafi, Osama,…).Cfr aussi A.T et N.T. Nyenubweranda papa Fransisko ni we atubwira ati “ ubukene bukomeye dufise ni kutamenya Y-K.”

Ntahandi atari mu bunywanyi bw’Imana n’abantu dushobora gukura ubuhirwe, ubutunzi n’umutekano umutima ukeneye. Ogustino mweranda niwe avuga muri ca gitabo ciwe les confessions: « Tu m’as créé pour toi Sgr et mon âme est sans repos, sans paix tant qu’il ne repose pas en toi ».

IV.Ibimenyetso vy’uwahindutse ni ibihe ?

Umuntu yahindutse yuzura amahoro y’Imana n’abantu kuko yaba Imana irahezagira baba abantu bagahezagira. Wa muzo w’umukama ntumutera ubwoba kuko agira ati : n’ubu Imana ni ize twigire canke ico si ikibazo kuza no kutaza ni hamwe kuko n’ubu buzima  abubamwo nk’imponjo n’i- mburi y’ubukurikira ubw’aha kw’isi . Utari mu bunywanyi n’Imana ugumana ubwoba uvuga uti ni abe aratenyenya…aho rero naho uvuga ukwo usanga ataco uriko urakora co guhinduka. Uwahindutse agira ubuzima bushasha n’abandi bakabibona. Yamana inyota y’igisabisho, agira inguvu mukurwanya ikibi, aranezerwa no gusoma ijambo ry’Imana kuko ari naho ayagira n’Imana( icerekana urukundo n’ubumwe :, gusangira ni kuyaga , tél, kugenderanira, agakete, kwiyumvira uwo ukunda cfr mariés et fiancés).

V.Ni ibihe birwanisho vyomfasha guhinduka?

Twaravyumvise ku musi wa gatatu w’iminyota : Mt6,1-18 : Ibikorwa vy’urukundo, gusenga no kwisonzesha ivyo ni vyo birwanisho bikuru,  bidufasha gucuvya ingeso mbi zacu. Ivyo rero bitadufashije guhinduka naho twobigira ntaco vyomara kuko ni ibidufasha kwegera Umukama kuruta na kare mw’ijuru ivyo ntavyo tuzogira kuko tuzoba turi beranda tudakeneye guhinduka. Ivyo ni ibirwanisho ni ibikoresho ntivyokwikoresha. Zana ishari , blindé, missile ubitereke aho ntaco bizokora bidafise abahinga bavyo n’uw’umwampi canke ibuye yoca atsinda nyene ivyo birwanisho bikomeye.

Des prêtresMuguheraheza tugende turabe ubwambure bwacu : Burya agahuzu gapfuka vyinshi ariko rero naho kabipfuka ntibihava. Novuga nti naka…kura impuzu ubu nyene hokurikira iki ? ni nde muri mwebwe yokwemera ? none wankira iki ?(ushobora kuba gusa wambye wikwije nk’ukwo ushobora kwambara uri gusa : mu kirundi ngo naka ntaco acambariye). Turabe rero benewacu twisuzume kuko Imana ishaka ko dusangira ubuhirwe budahera ni naco twaremewe. Twahevye vyinshi (vyose ?)n’ivyo twari dufitiye uburenganzira(cfr vœux) kugira tuze turonke vyinshi none uriteguriye kubironka canke uri mu bazohava babura vyose nk’ingata imenye( sinzi uwavuza ati ariko urazi kubura ivy ‘isi  ukabura n’ivyijuru ?. Ibaze wongere wiyishure.

Ap 3,20-21 :  « Raba mpagaze ku rugi nuguruza hagize uwumva ijwi ryanje akugugurura urugi nzokwinjira iwe ngo mfungure anyegereye nanje ndamwegere. Uwuzotsinda nzomuha kwicarana nanje ku ntebe yanje nkukwo nanje natsinze nkicarana na Data ku ntebe yiwe ».

              Patiri Pacifique NTAHONICAYE.

Bubanza a reçu son Evêque Coadjuteur.

Voici en images et fichiers audio certains aspects des cérémonies d’Ordination épiscopale de Mgr Georges BIZIMANA comme Evêque Coadjuteur de Bubanza.

Mgr Georges BIZIMANA

Mgr Georges BIZIMANA avant la messe

 ...des prêtres de toutes provenances...

…des prêtres de toutes provenances…

Début de la messe: Procession

Début de la messe: Procession

Au début de la messe, on a présenté celui qui a été élu pour cette mission.
On a alors lu sa lettre de nomination; la traduction en Kirundi était faite par l’Abbé Lambert NICITERETSE, Secrétaire Général de la C.E.CA.B.
Ecoutez:

Pendant la liturgie de la Parole

Pendant la liturgie de la Parole

Pendant la liturgie de la Parole

Pendant la liturgie de la Parole

Mgr Jean NTAGWARARA, Evêque de Bubanza,  a lui aussi écrit une lettre qui a été lue aux fidèles et à toute l’assemblée présente.
Ecoutez-en le contenu: L’homélie du jour a été dite par l’Evêque Consécrateur, Mgr Gervais BANSHIMIYUBUSA,  Evêque de Ngozi (diocèse d’origine de Mgr Georges) et Président de la Conférence Episcopale du Burundi. Les Archevêques de Bujumbura et Gitega était Co-consécrateurs. Ecoutez l’homélie du jour:

Dans ce fichiers audio, vous pouvez écouter le déroulement du Rite d’Ordination de Mgr Georges. Rite de la consécration épiscopale:

Litanies des Saints et Prostration

Litanies des Saints

"Reçois l'Esprit-Saint.

« Reçois l’Esprit-Saint.

Reçois l'Onction de l'Esprit-Saint de Dieu

…Reçois l’Onction de l’Esprit-Saint de Dieu…

On lui met la Mitre

On lui met la Mitre

Mgr Georges bénit le Peuple de Dieu après son ordination épiscopale

Mgr Georges bénit le Peuple de Dieu après son ordination épiscopale

Discours de Mgr Georges BIZIMANA

Discours de Mgr Georges BIZIMANA

A la fin de la messe, Mgr Georges a adressé un discours à ceux qui étaient là.Ecoutez:

Que Dieu le protège et le garde, qu’il l’assiste de son Esprit pour qu’il puisse être Pasteur selon le cœur de Pasteur suprême.

Le Pape François est « un fils de l’Eglise ». Marche-t-il sans l’Eglise?contre l’Eglise ?

Le fait de concentrer le regard sur un arbre bizarre et curieux dans une forêt ne devrait pas empêcher la vision de toute la forêt qui lui donne prospective, c’est-à-dire le contexte. Malheureusement, c’est ce qui arrive souvent quand le domaine de l’information se concentre sur une personne comme c’est le cas du Pape François dont on ne cesse de décrire les actes de la « révolution Bergoglio ». S’agit-il vraiment d’une révolution ? Si révolution il y en avait, comment est-elle relayée par le monde des médias ? Quelles sont les clés principales pour comprendre les services d’informations publiées à ce sujet ? Avec cette petite réflexion, j’en évoquerai deux : le conflit comme ingrédient de la nouvelle journalistique et la fonction d’Agenda.

Le conflit comme news value.

Il existe un lien profond entre le journalisme et le conflit. On pourrait même dire que les journalistes « aiment » les conflits, les oppositions qu’ils trouvent bonheur, si pas facilité à présenter la réalité en tant que conflictuelle. Conflit: mot qui fait peur, surtout qu’il est souvent associé à la guerre, aux attaques terroristes, aux coups d’Etat,… Mais le conflit est en réalité présent dans beaucoup d’autres domaines. Quand on parle des conflits, outre que nous nous mettons en place de qui en vit les effets, il y a l’attention, sinon la tension et l’incertitude pour savoir l’issue.

Quand les médias parlent des sujets complexes comme l’Eglise, ils cherchent à simplifier la réalité pour se faire comprendre de tous. De là viennent souvent des simplifications dans la focalisation des discours et la chose la plus normale est créer des binômes polarisés comme : les bons /les méchants, vainqueurs/vaincus, nous/eux, conservateurs/progressistes etc.

C’est lors dans cette optique que sont données les nouvelles de l’action du Pape François avec des titre qui riment avec celui-ci : la nouvelle Eglise du Pape François (sous-entendue en opposition à celle vieille, qui ne s’adapte plus, donc dépassée !). Le cliché est celui des bons contre les mauvais. Le Pape veut tout changer, dans cette Eglise corrompue, pendant que les membres de cette Eglise ne veulent rien faire, ne veulent pas l’aider et il marche en solitaire comme le montre cette vidéo ci-dessus. On dirait qu’il est celui qui vient d’une autre planète, d’une autre « Eglise » pour sauver l’Eglise décadente. Mais, il l’a toujours répété, il est « Fils d l’Eglise !» Ce sont par ailleurs les mêmes cardinaux qu’on taxe de « corrompus » qui ont élu ce Pape « bon, sympathique,… » Oui, il est la fleur qui a fleuri au sein de ce jardin qu’est l’Eglise. S’il fait quelque chose, c’est parce qu’il est convaincu qu’il est fils de cette Eglise.

Bien sûr, ce n’est pas le fait de la focalisation qui en soi est mauvais, mais le fait d’oublier tout le contexte qui donne sens à ce qui se trouve dans le point focal de la nouvelle. Des comparaisons de pontificats ? Oui ! Des oppositions ? NON ! Chaque Pape est élu pour répondre à une mission, toujours la même, avec des défis  liés chaque fois à la conjoncture du moment. Ainsi, Benoît XVI n’est pas inférieur à François, et ainsi de suite. Mais comment alors comprendre cette popularité que son prédécesseur n’a pas eu ? Parlons d’un élément.

Le Pape François : un Agenda setter.

C’est une théorie proposée par McCombs et Shaw en 1972 et qui désigne la façon dont les préoccupations des citoyens sont structurées par les médias, surtout les médias d’information. Ce sont les médias qui, le plus souvent décident de ce dont il faut parler,  avec l’influence de certaines personnes influentes de la société. Ils éliminent certains sujets au profit d’autres, et on risque de dire que ce dont on ne parle pas n’existe pas. Pourtant, si tout était normal, de quoi parlerait-on? Il faut qu’il y ait quelque chose qui sorte du normal pour faire nouvelle. Comprenez: quand on parle de quelqu’un qui a commis un scandale, cela ne doit pas nous porter à oublier qu’on en a parlé parce qu’il est sorti de la marge par rapport à beaucoup d’autres qui sont « normaux ». Ainsi choisira-t-on de parler d’un avion qui a fini hors la piste d’atterrissage. Ce qui ne veut pas dire que seul cet avion aura décollé en ce jour!

Le Pape François, après s’être gagné la confiance des gens dès ses premiers instants du pontificat, est en train d’offrir des sujets dont il faut parler. Tenez ! Il ne le fait pas à la manière des médias qui, la plupart des temps, ne réussissent pas à dire aux gens ce qu’il faut penser, étant donné a complexité de la réalité. Les médias disent souvent à quoi il faut penser, se limitant à offrir des contre-propositions pour attirer l’attention et créer la tension, comme je le disais au premier point. Le Pape François, ne dit donc pas seulement ce à quoi il faut penser, mais comment il faut affronter la réalité.

A mon avis, la différence avec son prédécesseur (pour ne parler que de celui-là) aura été que ce dernier, a trouvé un agenda déjà fixé où il fallait dire quelque chose. Pensons aux différents scandales rapportés ici et là. Il a dit comment les affronter et il les a affrontés. Maintenant, le problème n’est plus de savoir comment les gérer. On regardera par exemple la réponse du Saint-Siège aux abus contre les mineurs.

Que se passe-t-il avec le Pape actuel. Les fondements ont été posés, et ils sont clairs. Il faut donc un autre pas. De la gestion des scandales ? On sait comment les gérer ! De la transparence économique ? Il faut continuer et parachever l’œuvre initiée par Benoit XVI. Cela ne peut alors passer inaperçu, surtout que le nouveau attire toujours la curiosité et fait nouvelle.

De son talent d’Agenda Setter, il a su imposer des thèmes même au niveau international : la prédilection pour les pauvres et la lutte contre les inégalités, la paix comme victoire à la guerre, la globalisation qui doit guérir de la culture de rejet, la mondanité, le mythe de la richesse et du confort matériel, etc. Il a su fixer son Agenda, que les puissants qui avaient l’habitude de le déterminer se trouvent comme obligés à parler de cela, à venir prendre photo avec lui et répéter qu’ils partagent sa vision. Hollande a récemment dit qu’il y a convergences de vision. Obama viendra pour parler de la paix, (malgré sa détermination heureusement abandonnée de résoudre militairement la question syrienne), la lutte contre la pauvreté, etc.

Cela signifie que le Pape minimise les autres aspects de la vie de l’Eglise ? Loin de là. Le terrain lui a été bien préparé pour qu’il ne se voit pas imposé un agenda. IL dit: « cela est un problème? Oui. Mais parlons d’abord de ceci qui me semble plus urgent, de ce problème, l’Eglise a déjà dit beaucoup, et moi, comme fidèle de cette Eglise, je partage pleinement sa ligne ». Comme ça répondait-il dans son vol retour de Rio de Janeiro.