Ku wa 2 Ruhuhuma : IHEREZA RY’UMUKAMA. Umusi mukuru.
IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu c’Umuhanuzi Malakiya (3, 1-4) Wa Mukama murondera, azoca yinjira mu ngoro yiwe Ng’iri iryo Umukama Imana yayaze : Nza kurungika intumwa yanje integurire inzira. Kandi wa Mukama murondera, ya ntumwa y’isezerano mwipfuza, azoca yinjira mu ngoro yiwe. Umukama nyen’ingabo agize ati : « Ng’uyo araje. » Mbega ninde … Lire la suite







