Évangéliser les aréopages contemporains

Le Blog et l’Admin.

IDOMINIKA YA 3 Y’UBUSHIKIRO (A)

IGISOMWA CA MBERE

Ivyo dusoma mu gitabu c’Umuhanuzi Izaya : 35, 1-6a. 10
(Imana ni Yo ije kubakiza)

10390531_702547936524971_2000334100158244955_nIntara yagadutse n’inezerwe,
ibisaka nibihimbarwe, bitotahare,
bishurike nk’amashurwe,
nibitambe bitarike !
Yagabanye ubuninahazwa bwa Libani
N’ubutore bwa Karmeli na Sharoni ;
bazobona ubuninahazwa bw’Umukama,
n’ubutore bw’Imana yacu.
Komeza amaboko yarushe,
mugorore intege zacitse,
humuriza abo imitima yatuntuye muti :
« Rye umutima amenyo, mureke kugira ubwoba !
Ng’uyo Umukama Imana yanyu : igihe co guhorwa kirashitse,
Imana yabibutse,
ni Yo ije kubakiza. »
Amaso y’impumyi azoca akanura, (suite…)

IMPEREZWA N’IC’ICUMI MU MURYANGO W’EKLEZIYA.

Iyo umwaka uriko urarangira, uwundi wimirije gutangura, abantu bararimbura ivyaranze uwo mwaka, bakagira n’ingingo bigiriye kugira ngo bashobore gutera intambwe m mwaka baba bimirije gutangura.  Dufatiye ku kuntu dushigikira umuryango wacu w’Ekleziya, mu vyo ikenera ngo urangure ubutumwa ishinzwe, twibukanye canke twigishanye ibijanye n’imperezwa n’ic’icumi. Uburyo bumwe kandi burashe bwo kwubaka uwo muryango, ni imperezwa … Lire la suite →

Dans les déserts de nos vies : « Préparons le chemin du Seigneur, rendons droits ses sentiers. »

Les grandes traditions religieuses s’exposent tôt ou tard à la tentation de l’autosatisfaction et de l’immobilisme. Voilà pourquoi l’histoire biblique fut sans cesse secouée par les interventions des prophètes, ces fougueux interprètes de la Parole de Dieu. C’est ainsi qu’Isaïe, rebuté par l’incurie aventureuse des dirigeants de son peuple, annonce l’avènement d’un roi selon le … Lire la suite →

Sinogenda ntashimye

Ndarengutse, ntuma

UMVIRIZA. RIRIMBA

Prier l’Office divin