L’humilité est la mesure et le principe de la conversion et de l’espérance chrétienne.
« Seigneur, je n’ai pas le cœur fier, ni le regard hautain. Je n’ai pas pris un chemin de grandeurs ni de prodiges qui me dépassent. Non, je tiens mon âme en paix et silence; comme un petit enfant contre sa mère, comme un petit enfant, telle est mon âme en moi. Mets ton espoir, Israël, en Yahvé, dès maintenant et à jamais! Amen ». (Psaume 131) Lire la suite
Idominika ya 22 yo mu mwaka. (Umwaka C)
IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu ca Mwene Siraki (3, 19-21. 30-31) ; (grec 17-18.20.28-29) Ishimagizwa ry’ugucisha make Mwananje, rangurana ubwitonzi ivyo ukora vyose, ni ho bazogukunda kurusha amasabo meza. Uko ubukuru bwawe bungana, niko utegerezwa kwicisha bugufi : ni ho uzoshimwa mu nyonga z’Umukama. Nkako, inganji y’Umukama ni agaheta, ariko abifata ruto ni … Lire la suite







