Ngo aheze kuvuga ivyo, babona ariko araduga, hanyuma igicu kirampfuka, ntibaba bakimubona. Bakiri aho bahanze amaso ijuru, Yezu na we ariko araduga, baja babona abantu babiri bambaye ivyambarwa vyera, bababwira bati : «Mbega, bantu b’i Bugalile, igituma muguma muhagaze murangamira hejuru ni iki? Uyu Yezu mubonye ava hagati yanyu akurira mw’ijuru, uko agiye ni ko azogaruka.» Lire la suite
KU MUSI MUKURU WA PENTIKOTI
IGISOMWA CA MBERE
Ivyo dusoma mu gitabu c’Ibikorwa vy’Abatumwa : 2, 1-11
(Bose buzura Mutima Mweranda)
Umusi wa Pentekoti wasanze abatumwa bose bakoraniye hamwe. Niho hwavyuka intureka iva mw’ijuru imeze nk’umuyaga w’igihuhusi, wuzura inzu barimwo hadaciye n’akanya. Babona haserutse imbeya zimeze nk’indimi z’umuriro, ziricagagura zija guhagarara ku mutwe w’umwe wese mu bari aho. Bose rero buzura Mutima Mweranda, batangura kuvuga izindi ndimi ku rugero Mutima Mweranda abahaye kuzivuga.
I Yeruzalemu na ho, hari hagerereyemwo abantu bubaha Imana, bari bavuye mu ntara zose ziri munsi y’ijuru. Aho bumviye intureka, abantu bose barashwabaduka bumiwe bwumirwe, kuko umwe wese yumva abatumwa bavuga ururimi (suite…)
L’Esprit Saint nous aide à vivre pleinement notre vie chrétienne. Accueillons et écoutons-le.
L’Esprit saint est le grand protagoniste de la vie chrétienne. C’est Lui qui anime la vie de tout chrétien. Vivre de sa vie ne signifie pas vivre désincarné, indifférents aux évènements de l’histoire de chaque jour. L’Esprit Saint ne nous enlève pas d monde réel ; au contraire, Il habite le cœur des évènements quotidiens, en les mettant en relation avec Dieu, auteur de l’histoire. Tout ceci pourrait sembler abstrait, n’est-ce pas ?
Les fonctions de l’Esprit Saint selon l’Evangile de ce jour.
Dans le passage de l’Evangile que nous lisons en ce sixième dimanche de Pâques, Jésus lui attribue des rôles entre autres : enseigner et rappeler : « l’Esprit Saint que le Père enverra en mon nom, lui, vous enseignera tout, et il vous fera souvenir de tout ce que je vous ai dit ». Puisqu’il enseignera, l’Esprit Saint insère son action dans la continuité de l’enseignement et la révélation faits par Jésus, portant à en comprendre la profondeur et l’extension. Puisqu’il fera souvenir, (suite…)







