Évangéliser les aréopages contemporains

Le Blog et l’Admin.

Dutorwa n’Imana ngo tugire ico twimariye n’ico tumariye abandi. Ntidutinye.

peche-miraculeuse-2Ijambo ry’Imana twateguriwe kuri uwu musi w’Imana ugira gatanu rituyagira ivy’itorwa n’ihamagarwa ry’abantu batatu : Izaya, Pawulo w’i Tarsi hamwe na Simoni Petero. Hari ico bahwanirako bose : nta n’umwe ahitamwo igihe ahamagarwa, kandi bose baragize ubwoba kuko babona ko batabikwiye na gato. Ariko baragize ubutwari, barishura bati ego n’aho babona ivyo boshobora ataho bihuriye na gato n’ivyo Umukama abasavye. Nk’uko twavyumvise mu Nkuru Nziza, Yezu abwiye Petero ati : Ntutinye. Egome cane bavukanyi, ntawobura gutinya, aravye ubworo bw’umutima wiwe, ubugereranije n’ivyo ahamagariwe.

Hari ibintu bitari bike bitubuza kwishura umuhamagaro w’Umukama :

– Aho hose bimaze kutugora muri kahise, bigatuma twiyumvira ko ataco dushoboye. Mbere ng’aha ni naho duhora dufatira mu kuzirikira abandi muri kahise kabo duti : none ntimwibuka ko ari wa wundi, ari ba bandi kuva na kera (suite…)

IDOMINIKA YA 5 YO MU MWAKA (Umwâka C)

IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu c’Umuhanuzi Izaya (6, 1-2a.3-8) Ndi hano, ntuma Mu mwaka umwami Oziyasi yatanga, jewe nariboneye Umukama Imana avyagiye ku ntebe ihagurutse, umutamana wiwe wari ukwiye mu gisengero. Abaserafini bari bahagaze hejuru yiwe. Barahanirana bavuga bati : « Umukama Imana y’ingabo, ni nyeranda, nyeranda, nyeranda. Ubuninahazwa bwiwe bukwiye kw’isi yose. … Lire la suite →

Communication et Miséricorde. Proximité dans l’écoute de l’autre.

Les e-mail, sms, réseaux sociaux, chat peuvent, eux aussi, être des formes de communication pleinement humaines. Ce n’est pas la technologie qui décide si la communication est authentique ou non, mais le cœur de l’homme et sa capacité de bien user des moyens mis à sa disposition. Les réseaux sociaux sont capables de favoriser les relations et de promouvoir le bien de la société, mais ils peuvent aussi conduire plus tard à des polarisations et des divisions entre les personnes et les groupes. Le domaine numérique est une place, un lieu de rencontre, où l’on peut caresser ou blesser, avoir une discussion profitable ou faire un lynchage moral. Lire la suite →

Sinogenda ntashimye

Ndarengutse, ntuma

UMVIRIZA. RIRIMBA

Prier l’Office divin