Bahonye bibereye, bashohora gusoma ibisomwa vyose vy’Idominika ya kane yo mu Karema vyagenewe Umwaka «A». IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu ca Yozuwe (5, 9a. 10-12) Igihugu c’Imana gihimhaza Ipasika aho binjira mu ntara bemerewe Umusi umwe, Umukama yabwiye Yozuwe ati : « Uyu musi ndabakuyeko iceyi mwanduye mu Misiri. » Abanyisrayeli baraheza bashinga urusago i … Lire la suite
Igihe c’Ikarema: Idominika ya 3 (Umwâka C)
Babonye bibereye, bashobora gusoma ibisomwa vyose vy’Idominika ya gatatu yo mu Karema vyagenewe Umwaka « A ». IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu c’Ihunguka (3, 1-8a. 10. 13-15) Imana-Mukiza yimenyesha Musa Muri irya misi, Musa yariko araragira intama za sebukwe Yetro, umuherezankuka wa Madiyani. Umusi umwe, yari yazijanye mu gahinga, ashika ku musozi w’Imana … Lire la suite
Priez pour votre prêtre….
VOTRE PRÊTRE…
Celui à qui TOUT LE MONDE explique ses problèmes mais qui n’a parfois PERSONNE à qui expliquez les siens.
Celui qui relève LES AUTRES quand ils tombent, mais qu’on enfonce, quand il trébuche.
Celui qui aide LES AUTRES a revenir de leurs erreurs mais qui lui, n’a pas droit à l’erreur.
Celui qui pardonne TOUT CE QU’ON lui dit ou fait, mais à qui parfois, on ne pardonne JAMAIS une parole ou un acte.
Celui qui prie pour TOUT LE MONDE et pour qui parfois PERSONNE ne prie réellement.
Celui qui doit prier pour que TOUT LE MONDE soit heureux et s’épanouisse, mais qui »n’a pas le droit » de rendre sa famille heureuse, sinon on estime qu’il escroque l’argent des fidèles.
Finalement, vous ne vous rendez pas compte qu’il travaille tout le temps, qu’il dort très peu, qu’il porte le fardeau de votre âme, le poids de la responsabilité de votre vie, qu’il (suite…)







