Évangéliser les aréopages contemporains

Le Blog et l’Admin.

GUTANGAZA IVYAPFUNDITSWE MU NAMA YA MBERE Y’UMURYANGO WA DIYOSEZE YA NGOZI

IJAMBO UMWEPISKOPI WA NGOZI ASHIKIRIJE ABAKRISTU MU GUTANGAZA IVYAPFUNDITSWE MU NAMA YA MBERE Y’UMURYANGO WA DIYOSEZE YA NGOZI Nyenicubahiro Mwepiskopi mukuru, Ntumwa ya Papa mu Burundi, Nyenicubhiro Mwepiskopi wa Muyinga ukaba urongoye Inama y’Abepiskopi gatorika b’i Burundi Benicubahiro Bepiskopi b’Ekleziya gatorika bo mu Rutana, Ruyigi na Bubanza Banyenicubahiro mwaserukiye Intwaro y’igihugu cacu n’izindi nzego Ba … Lire la suite →

Itangazwa icese ry’Ingingo z’Inama ya mbere y’Umuryango wa Diyoseze ya Ngozi.

IDOMINIKA YA 34 YO MU MWAKA = UMUSI MUKURU WA KRISTU MWAMI

IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu c’Umuhanuzi Ezekiyeli (34, 11-12. 15-17) Imana, Umwami n’Umwungere wa Israyeli, ni We Mucamanza Ng’iri iryo Umukama Imana avumereye. Noneho, jewe ubwanje ndigiriye kurondera intama zanje, ndazibungabunge. Nk’uko umwungere abungabunga ubusho bw’intama ziwe zashwiragiye, ni ko nzobungabunga intama zanje, ndazikure aho hose zashwiragiriye ku musi w’igipfungu. Ni jewe nyene … Lire la suite →

Sinogenda ntashimye

Ndarengutse, ntuma

UMVIRIZA. RIRIMBA

Prier l’Office divin