Du 9 au 15 septembre 2016 s’est tenu à Kigali auprès du Sanctuaire de Kabuga, le 3è Congrès de l’Afrique et Madagascar sur la Miséricorde divine sur le thème : « La Miséricorde Divine, source d’espérance pour la nouvelle évangélisation en Afrique ». Parmi les participants à ce Congrès se trouvent des Cardinaux, des Evêques, des prêtres, des … Lire la suite
Ku wa 18 Gitugutu : Luka Mweranda, Umwanditsi w’Inkuru Nziza. Umusi Mukuru.
IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mw’ikete rya 2 Umutumwa Pawulo yandikiye Timote (4, 9-17) Mwananje, Bandanya uze unsange ino udatevye. Nkako Demasi yarampevye kubera urukundo rw’iyi si kandi yigiriye i Tesalonika, Keresenti na we yagiye mu Bugalati, Tito muri Dalumatiya. Luka ni we gusa twasigaranye. Fata Mariko umunzanire kuko angirira akamaro mu bikorwa vyanje. Ariko … Lire la suite
Idominika ya 29 yo mu mwaka. (Umwaka C)
IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu c’Ihunguka (17, 8-13) (Igisabisho gihozako ca Moshe kiratsinda abansi) Mu gihe abanyisraeli bari mu gahinga, Abameleki baraja kubatera i Refidimu. Moshe rero abarira Yoshuwa ati : « Dusobanurire abantu, ubajane murwanye Abamaleki ; nanje ejo nzohagarara ku mpinga y’umusozi, nitwaje ya nkoni y’Imana. » Yoshuwa agira nk’uko Moshe … Lire la suite






