Évangéliser les aréopages contemporains

Le Blog et l’Admin.

Idominika ya 31 yo mu mwaka C.

Zake rero arahagarara, abwira Umukama ati : « Mukama, ng’ivyo ivyanje : ngiye kubicamwo kubiri, igice kimwe ngihe abarushwa ; nihaba hari uwo nanyanganije, ndamusubize ibiruta kane ivyo namutwaye. » Niho rero Yezu yavuga ati : « Uyu munsi, urukiza rwashitse muri iyi nzu, kuko n’uyu abaye umwana wa Ibrahimu. Na kare, Umwana w’umuntu yaje kurondera n’ugukiza ivyari vyazimiye. » Lire la suite →

Idominika ya 30 yo mu mwaka. (Umwaka C)

IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu ca Mwene Siraki (35, 15b-17. 20-22a) (Imana ntiyirengagiza igisabisho c’umukene) Umukama ni umucamanza atagira nkunzi. Ntatoranya, arumviriza riho uwugowe amwambaza. Ntakengera igisabisho c’impfuvyi, n’iminiho y’umupfakazi. Uwukorera Imana n’umutima wiwe wose, Imana iramwakiriza yompi, igisabisho ciwe kigashika mw’ijuru. Igisabisho c’umworo kiramena ibicu ; ntashobora guhozwa igihe atararonka ico asaba. … Lire la suite →

We need to be always aware of God’s presence in our daily life. Stay focused on it.

st-lucHow do we respond when the world seems to be crashing in on us – when there is no justice and no apparent solution – when those we love are in pain or, worst yet, abandon us – when sickness overtakes us? It is so much easier to be faithful and confident in the rosy times in our life than when we find ourselves in the fire.

Paul’s life story was given to us specifically for those very trying times. In 2 Timothy, Paul was languishing in a cold Roman prison, his friends had abandoned him and his enemy, Alexander the coppersmith, had caused him a great deal of harm. Paul’s frustration was certainly evident, as is ours in our times of struggle. Yet through a closer look, we see that Paul simply left retribution to the Lord. He understood that even when his friends lacked the courage to stand with him, God never abandoned him, providing him with amazing strength and courage. That simple, yet profound realization equipped Paul to not only forgive his friends, but to pray for them – even as he faced his own impending death. The secret was the reality of God’s everlasting presence.

That profound realization can be found throughout the Psalms. God reminded David over and over again that he was not only with him, but was actually controlling his destiny. Like Paul, David experienced betrayal, injustice and persecution – some through no fault of his own and others

(suite…)

Sinogenda ntashimye

Ndarengutse, ntuma

UMVIRIZA. RIRIMBA

Prier l’Office divin