Évangéliser les aréopages contemporains

Le Blog et l’Admin.

Idominika ya 24 yo mu mwaka. (Umwaka C)

IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu c’Ihunguka (32, 7-11. 13-14) Moshe asabira ikigongwe abanyisraeli batagamburukiye Imana Moshe yari akiri ku musozi wa Sinai. Umukama araheza aramubwira ati : « Hogi, manuka ningoga, kuko igihugu cawe wakuye mu Misri cashaye. Ntibarushe bihagararako, inzira nabategereje gukurikiza bayitaye. Bacurishije mu vyuma ishuri y’inzahabu, none ni yo bapfukamira, … Lire la suite →

Indwi ya 22 yo mu mwaka. Ku wa 6 (Années paires)

IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mw’Ikete rya mbere Umutumwa Pawulo yandikiye Abanyakorenti (4, 9-15) Ncuti zanje Nk’uko ndavyiyumvira, twebwe abatumwa, Imana yatwerekanye nk’abari inyuma ya bose, nk’abaciriwe urwo gupfa, kuko twabaye nk’agahabwa kw’isi, mu maso y’Abamarayika no mu y’abantu, tuba nk’abasazi ku bwa Kristu, namwe mwibera incabwenge muri Kristu ; turi ba ntamagara,mukibera abakomeye ; … Lire la suite →

IDOMINIKA YA 23 YO MU MWAKA (Umwaka C)

IGISOMWA CA MBERE Ivyo dusoma mu gitabu c’Ubwitonzi (9, 13-19) Ni Imana itanga ubwenge nya bwenge Ni nde yoshobora kumenya imigabo y’Imana ? Ni nde yoshobora gutegera ico Umukama ashaka ? Ivyo abagenewe gupfa bahora biyumvira bigarukira hafi, ivyo bahora bipfuza birahindagurika ; nkako nyene, umubiri wagenewe kubora uraremera umutima, ya nzu y’ibumba ikaremereza ubwenge … Lire la suite →

Sinogenda ntashimye

Ndarengutse, ntuma

UMVIRIZA. RIRIMBA

Prier l’Office divin