Évangéliser les aréopages contemporains

Le Blog et l’Admin.

Hari umurushwa yatabaje, Umukama arumva (Zaburi 33,7). Ijambo rishikirijwe na Nyenubweranda Papa Fransisko ku musi mpuzamakungu wahariwe aboro

Pope Francis Attends His Weekly Audience - June 5, 2013

Pape François (Crédit photo : Franco Origlia/Getty Images)

1. Aya majambo y’umwanditsi w’izaburi abaye ayacu iyo tubona ibihe vy’ububabare n’ugukumirwa benewacu benshi barimwo, aribo dukunda gufatira mw’ijambo rimwe ngo ni « aboro ». Uwuriko arandika aya majambo si uwigirisha, arazi vy’ukuri ico ariko aravuga.
Yarabaye we nyene mu bworo, ariko akabuhinduramwo uruvyino rwo kuninahaza no gukengurukira Imana. Na twebwe duhangana n’ubwoko butandukanye bw’ubworo.
Iyi zaburi iduhaye akaryo keza ko gusubira kuzirikana aboro b’ukuri abo ari bo, tukaba duhamagariwe kuberekeza ko amaso kugira ngo twumve amaborogo yabo, tunahamenyere ivyo bakeneye.

None abo boro bavugwa ni bande?
Ubwa mbere twarumvise ko Umukama yumviriza aboro bamuborogera, kandi ko yakira neza abamuronderako ubuhungiro, ab’umutima waseserejwe n’intuntu, irungu n’ugukumirwa. Umukama arumviriza abo agateka kabo kartyojwe, ariko bakaba bafise inguvu z’ukuraramura amaso hejuru kugira baronke umuco n’ikibaremesha. Arumviriza abacinyizwa n’ubutungane budashingiye ku ngingo, abakandamizwa n’abanyepolitike badahesha icubahiro izina ryabo, abagendana ubwoba ko bohava bahohoterwa, maze bakabona ko Imana ariyo Mukiza wabo.

Icamwa c’ico gisabisho ni umutima w’ukwiheba mu kwizigira Dawe wa twese yumviriza kandi yakira. Ni muri iyo ntumbero y’inkwirikizi zibabaje, dushobora gutegera ivyo Yezu yigishije yerekana abahiriwe, agatangura agira ati : « Hahiriwe abari n’umutima ushima ubworo, kuko ubwami bw’ijuru ari ubwabo. » (Mt 5,3).

Kubera icigwa umuntu akura mu guca muri iyo nzira, (suite…)

« Jarre de farine point ne s’épuisera, vase d’huile point ne se videra… », dit le Seigneur.

Obole de la veuveLe présupposé de départ des lectures de ce 32ème dimanche est que diverses sont les situations, même inouïes, qui constituent le tissu de notre cheminement dans la foi. Ce qui pourrait sembler être insignifiant, comme une bouchée de pâte (intóre en Kirundi) ou deux piécettes d’argent peut être de grande valeur aux yeux de Dieu, alors que de gestes relativement notoires peuvent n’être qu’ostentatoires, orgueilleux. Je propose d’aborder les lectures de ce dimanche dans l’optique de la vie et du sens de la prière.

En méditant l’Evangile de Marc, aux cours des derniers dimanches, nous avions focalisé notre attention à répondre à la question « qu’est-ce que la prière » ce qui nous permettait de tirer des conclusions sur l’identité du croyant en général, et du chrétien en particulier, dans sa relation avec Dieu. En ce 32ème dimanche, posons-nous la question : à quoi sert la prière ? Donnons directement une réponse, déconcertante certes, mais que nous commenterons (suite…)

IDOMINIKA YA 32 YO MU MWAKA (Umwâka B)

Umukama Imana y’Israyeli avuze ngo: « Muri ako gaseke ifu ntizokwigera ihera no muri ako gakarabo amavuta ntazokama, gushika umusi Umukama azorekurira imvura kw’isi.»

Ni uko rero aragenda, agira nk’uko Eliya yavuze; kandi uwo mugore, abo mu rugo rwiwe be na Eliya babifungura igihe kirekire. Ifu ntiyahera muri ako gaseke, amavuta na yo ntiyakama muri ako gakarabo, nk’uko Umukama yari yabivuze aciye kuri Eliya. Lire la suite

Sinogenda ntashimye

Ndarengutse, ntuma

UMVIRIZA. RIRIMBA

Prier l’Office divin